Brésil izwi nk'amamuko y'ubuhinga bwo kurwana busa n'intambo buzwi kw'izina rya capoeira, ariko amamuko nyezina mu bisanzwe yinjiye aciye mw'ibahari Atlantic. Marcia Veiga yandika ko muri Angola hari ...